Mu

2022 - 8 - 27

Post cover
Image courtesy of "BBC News"

Uganda: Abaririmvyi ntibashima amahera bagenerwa ku ndirimbo ... (BBC News)

Uburirimbo buvugira muri terefone iyo baguhamagaye, kenshi bukunzwe cane, bwinjiza amahera menshi cane - gushika nko ku miliyoni 20 z'amadolari muri Uganda ...

Abaririmvyi bo muri Uganda ntibashima amahera bagenerwa n'umugambi wa Ring Back Tone (CRBT) ku ndirimbo zabo zikoreshwa mu materefone iyo uhamagaye. Ariko abaririmvyi babona ko bahenzwe, bavuga ko amahera bahabwa ari make cane, ishirahamwe ry'abaririmvyi ryo muri Uganda rikaba ryandikiye reta risaba ko bobaha menshi. Uganda: Abaririmvyi ntibashima amahera bagenerwa ku ndirimbo zabo zivugira mu materefone

Explore the last week