Habaye Nyamugigima y'igipimo ca 6.6 mu bumanuko bushira uburengero bw'Ubushinwa, gihitana bantu boba bashika indwi.
"Ariko kubera Chengdu iri mu mategeko ya guma muhira kubera coronavirus, abantu ntibemerewe kuva mu mpangu zabo, benshi rero birukiye mu ngo z'amazu yabo." Abantu imiliyoni 21 baba ku mugwa mukuru wa Sichuan, Chengdu baherukwa gutegekwa ku guma mu rugo kubera amategeko yo kwirinda Covid. China: Nyamugigima yahitanye abantu mu gisagara ca Chengdu kiri muri guma mu rugo
Vlad and Alina discuss Kharkiv shelling, counteroffensive in Kherson, IAEA team at power plant, studies and Artemis.
"Life in Ukraine still continues," Sazhen said. "She's still in Kharkiv," Sazhen said. "Russians were trying to scare away the IAEA team," Sazhen said. "For children, it's very stressful," Rohulia said. "They both have fever," Rohulia said. "I've been a big Mars advocate," Sazhen said. I've studied the topic very thoroughly." "The moon seems more realistic. But Ukrainian children are resilient, they said. Although online because of the war, it's still a big deal, Sazhen said. He's on Twitter at @rmckinney9. You can reach him at rmckinney@columbiatribune,com or 573-815-1719.
Abantu bagera ku 10 bishwe n'abandi 15 barakomereka mu bwicanyi bwo gutera abantu ibyuma mu ntara ya Saskatchewan muri Canada, nk'uko polisi ibivuga.
Polisi ivuga ko umuntu wa mbere yahamagaye atabaza ku cyumweru 05:40 ku isaha yaho, mu murwa mukuru w’iyi ntara witwa Regina, muri 280Km uvuye i Weldon ahandi naho bateye ibyuma abantu. Madamu Rhonda Blackmore, umukuru wa polisi muri Saskatchewan, yavuze ko hari abantu bamwe batewe ibyuma bagambiriwe, n’abandi “bisagariwe gutyo gusa”. Abantu bagera ku 10 bishwe n’abandi 15 barakomereka mu bwicanyi bwo gutera abantu ibyuma mu ntara ya Saskatchewan muri Canada, nk’uko polisi ibivuga.