As networking technology evolves, new standards and communication techniques must be adopted so that enterprises can keep up. Orthogonal Frequency Division ...
It reduces the latency and increases the efficiency of the network by serving several devices with small data packets simultaneously in a way that MU-MIMO cannot. A spatial stream is a data set sent by the transmitting radio chain (access point); the spatial stream is now received by the receiver radio chain (client) and reconstructed to match the original message. This means that data can be transmitted from one device to the other and in the reverse direction. The primary difference between OFDMA and MU-MIMO is that both work in different ways and are based on different principles. The access point then transmits the data stream and critical phase offsets to the users. MU-MIMO was introduced as a part of the second wave of WiFi 5 (IEEE 802.11ac) and now WiFi 6 (IEEE 802.11ax). Multi-User MIMO is a set of multiple input and multiple output (MIMO) technologies that create numerous paths for wireless communication between devices and routers or terminals. Each truck is a band frequency capable of carrying the goods destined to a single location and particular client. FDM requires spacing between signals to avoid overlap, leading to the use of a wide range of frequencies and less usability. OFDMA technology is guided by a series of rules and algorithms created to transmit data between more than one terminal. OFDMA is one of the technologies that make up the high functionality of WiFi 6. Orthogonal Frequency Division Multiple Access (OFDMA) and Multi-User Multiple Input Multiple Output (MU-MIMO) are two components driving rapid advancements in wireless connections.
Korea ya Ruguru yarashe ibindi bisasu vya misire bibiri kuri uno wa kane - ikaba ibaye incuro ya gatandatu igerageza ibi bisasu bibujijwe mu kiringo kiri ...
Cageze ku ntera y’ibirometero 4500 hamwe no ku burebure bw’ibirometero 2800 uja hejuru. Cageze ku ntera y’ibirometero 360 hamwe no ku burebure bw’ibirometero 30 uja hejuru. - Uno musi ku wa kane 06 Gitugutu: Ibindi bisasu bibiri vya hafi vyarashwe. - Ku wa gatandatu 01 z’ukw’icumi: Ibisasu bibiri vya misire vya hafi vyararashwe mu gihe hariko habandanya imyimenyerezo rusangi ya Amerika, Korea y’Epfo n’Ubuyapani. - Ku wa kane 29 z’ukw’icenda: Ibisasu bibiri vya misire za hafi vyararashwe inyuma y’aho Harris aviriye muri Korea y’Epfo. - Ku wa Mungu 25 z’ukw’icenda: Misire ya hafi yaratewe umusi umwe inyuma y’aho ubwato bw’intambara bwa Amerika bushikiye mu mazi yo mu micungararo y’ikigwa ca Korea.
Meetings were held with MPs including Stephen Doughty, Alison McGovern and Thangam Debbonaire as well as prospective Labour candidates and David Lammy MP's ...
She also gave a rousing speech at the TULO rally alongside other Union General Secretaries. We also met with Labour leader Keir Starmer and Deputy Leader Angela Rayner, alongside other trade unions. We also discussed our aims for instrumental tuition in Scotland, Wales and Northern Ireland.
Ikigo c'igendereza ryo hagati mu gihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika FBI gifise ivyemezo bikwiye kugira ngo birengutse Hunter Biden, umuhungu wa Perezida ...
Mu kwa kane, umukuru w’ibiro vy’umukuru w’igihugu Joe Biden, Ron Klain, yavuze ko umukuru w’igihugu "yizeye ko umuhungu wiwe atigeze ahonyanga amategeko”, ariko ko ari igikorwa kiraba igisata c’ubutungane kandi ko ibiro vy’umukuru w’igihugu bidashobora kuvyivangamwo. Mw’itangazo, Hunter yari afise icizere ko “isuzumwa ry’abahinga kandi ataho ryegamiye muri ibi bintu rizokwerekana neza ko nakoze ibikorwa vyanje mu nzira nziza kandi nkurikije amategeko, ndabifashijwemwo n’abahanuzi b’abahinga mu bijanye n’amakori”. Yemeye ubwa mbere ko yari azi ko hari amatohoza ariko arakorwa mu kw’icumi na kabiri 2020. Ariko Washington Post yandika ko yavuze ngo “oya” kw’ifishe (fiche) y’igihugu yamubaza nimba “yarakoresha ikiyayuramutwe co mu bwoko bwa marijuana, canke ikindi kiyayuramutwe ico ari co cose camutwara ubwenge”. Mu gitabo casohowe umwaka uheze, yaremeje ko yari akinywa ikiyayuramutwe co mu bwoko bwa kokayine ico gihe. Umushingwamanza wa Hunter avuga ko ata mutegetsi wo mu rwego rw’igendereza yigeze amwegera.
Umubare w'abarundi basaba ubuhungiro mu Bubiligi wikubye inshuro umunani kubera inzira nshya yo muri Serbia, ariko ni inzira irimo ingorane zitandukanye.
Ariko umuhungu cyangwa umugabo yizanye wenyine biragoye guhita bamwakira.” U Burundi ubu ni igihugu cya gatatu cy’abaturage benshi basaba ubuhungiro mu Bubiligi inyuma ya Afghanistan na Syria, kiri imbere kandi ya Palestina na Eritrea ndetse na Ukraine, nk’uko La Libre Belgique ikomeza ibivuga. Dirk Van den Bulck yabwiye La Libre Belgique ko Abarundi baca muri Ethiopia na Turkiya mbere yo kwinjira muri Serbia, aha bakahava n’inzira z’ubutaka bagana muri Romania ubundi bakerekeza mu Bubiligi aho baba bizeye ubuhungiro no gusanga inshuti cyangwa imiryango. Ikinyamakuru La Libre Belgique gisubiramo Dirk Van den Bulck, komiseri mukuru w’Ububiligi ushinzwe impunzi n’abadafite igihugu avuga ko “Abarundi badasabwa Visa kwinjira muri Serbia”, nk’imwe mu mpamvu ituma benshi ubu ariho barimo guturuka baza mu Bubiligi. Umubare munini w’Abarundi urimo kuboneka ku bigo by’abasaba ubuhungiro mu Bubiligi ku buryo bitakibasha kubakira bose bikaba ngombwa ko hari benshi barara ku mihanda no muri parike rusange. Akaga n’icyizere ku Barundi barimo kwisuka mu Bubiligi baciye muri Serbia
Perezida Joe Biden wa Amerika avuga ko ivyago vyo kubona isi iguye mu kaga ka nikleyeri katari bwigere kabaho biri ku rugero runini kuva kuri ca gihe ca ...
Eka mbere no mu Burusiya nyene ubwabwo hari abarwanya iri terabwoba rya Moscou rishingiye ku birwanisho vy’ubumara. Perezida Biden avuga ko igituma umukuru w’igihugu c’Uburusiya “atariko arafyinata” igihe avuga ivyo gukoresha ibirwanisho vy’ubumara, ari uko “igisirikare ciwe, nk’uko twobivuga, kiriko kiraneshwa”. Mw’ijambo yashikirije ku wa gatanu w’indwi iheze, Putin yavuze ko Amerika ari yo “ntandaro ya vyose” mu gukoresha ibirwanisho vy’ubumara ku Buyapani mu mpera z’intambara ya kabiri y’isi yose – amajambo atari kugenda gutyo nyene mu bihugu vy’Uburengero, nk’uko bivugwa n’umwanditsi mukuru wa BBC mu rurimi rw’ikirusiya, Steve Rosenberg.
Kylian Mbappe aza mu kibanza ca mbere ku rutonde rwa Forbes rw'abakinyi bafise amahera menshi - ubwa mbere umuntu atari Lionel Messi canke Cristiano Ronaldo ...
Kylian Mbappe aza mu kibanza ca mbere ku rutonde rwa Forbes rw'abakinyi bafise amahera menshi - ubwa mbere umuntu atari Lionel Messi canke Cristiano Ronaldo abaye uwa mbere kuri urwo rutonde mu myaka icenda iheze. Uwo bakinana na Mbappe muri PSG Messi ni uwa kabiri na miliyoni 120 z'amadolari hanyuma umukinyi w'imbere wa Manchester United Ronaldo akaza mu kibanza ca gatatu n'imiliyoni 100 z'amadolari. Kylian Mbappe imbere ya Messi na Ronaldo mu bakinyi batunze cane ku rutonde rwa Forbes